![HIT TOP TV](/img/default-banner.jpg)
- Видео 708
- Просмотров 7 736 365
HIT TOP TV
США
Добавлен 1 июн 2022
Ntitwigeratunanigwa Tunanigwa Kiretse Iyo Twigirishije ingabirano yanje nugukuza gwawe..Turabashimiye mwebwe mwese kw'Isi yose Nzima Mudukunda 🙏🙏 Tugiye kugwanira hamwe urugamba kandi Tuzorutsinda 🇧🇮Kuko Iyuteye igikere umugere Ubu uriko Uracunguruza
DAVINA wa IBREEZY aragumutse Bamwimye Award umugabo wiwe|bahaye agashimwe Director na producer
DAVINA wa IBREEZY aragumutse Bamwimye Award umugabo wiwe|bahaye agashimwe Director na producer
Просмотров: 8 699
Видео
Umugore wa MKOMBOZI akoreye SURPRISE idasanzwe Umugabo WIWE🥰🥰..|Atanze Ubutumwa bukomeye kubarundi..
Просмотров 2,6 тыс.12 часов назад
@MkomboziLucifer #mkombozi @LandryPromoter #hittoptv1 #music #landrypromoter #bujumbura #film #bongo #anniversary #burundi
LINO-G Ararize😭😭Akorewe SURPRISE ikomeye na ALVELLA muhimbare IKOMEYE cane Bashize ahabona IVYABO...
Просмотров 4,2 тыс.12 часов назад
@hittoptv @hittoptv @alvellamuhimbareofficial #alvellamuhimbare@LinoG_Umvukuri #linog @LandryPromoter #landrypromoter #burundi #bujumbura
SAT-B na KIRIKOU na DOUBLE JAY bahastwe KUMARANIRA kuri Stage Muri LIVE MUSIC|LinoG #FullPerformance
Просмотров 10 тыс.День назад
@SatBOfficial @LinoG_Umvukuri @kirikoua-kili4591 @doublejayonceagain9102 @LandryPromoter #hittoptv1 #livemusic #ingoliveband @ingoliveband7976 @umukubito257 @sirenvibestv
STYLOZOFF Ararize ubwambere😭😭|Iyo Ntaba Umuririmvyi Sinari kubura Ivyonkora mukamenye|Ngiye kubakoma
Просмотров 5 тыс.День назад
@hittoptv #hittoptv1 @Stylozoff #stylozoff #music #bujumbura #burundi @LandryPromoter #landrypromoter @bigfizzoofficial @19th #whynot #wumve
OLEGUE ararize😭😭ngo Narazimye|Arasezeye Ivy'imiziki Kugurisha YOUTUBE yiwe Ahaye ubutumw Dj Fernando
Просмотров 4,7 тыс.День назад
@alphapixels257 #hittoptv1 @hittoptv @LandryPromoter #landrypromoter #burundi #bujumbura #addapro @addapro8887 @dj-philbyte #kizigenza #wadange #kigali_250 #rwandatoday
PROPHETE MODESTE:😳😳Le 20/10/ Ntamuntu Numwe Azopfa Mu BURUNDI bwose|Bavuga Ko Nkoresha Uburozi
Просмотров 2,6 тыс.День назад
@hittoptv #hittoptv1 @LandryPromoter #landrypromoter #bujumbura #burundi #congo #film #modestersautomotive #prophetemodeste
LandryPromoter Ahagaritse Marriage IRahagarara😳😳AVUMBUYE Abageni|Marriage yambere izimvye ibujumbura
Просмотров 3,8 тыс.14 дней назад
@hittoptv #hittoptv1 #burundi #hittoptv1 #bujumbura #marriage #yves #kenya @LandryPromoter #congo #umuvumburo #umutananirwa
DJ FERNANDO Ararize😭 Barangwanije Ariko Ndabikoze| Akoreye SURPRISE idasanzwe Gabriella🥰vyari bitesa
Просмотров 17 тыс.14 дней назад
@hittoptv #hittoptv1 @LandryPromoter #landrypromoter #congo #bujumbura #burundi #landrypromoter #kazimaimanainkunda @Mista_aye #mistaaye #gusto
Umukobwa W'umugwizaTunga SIYONI Afise impano ITANAJE Dukorana Ubuzima Butangaje Yabayemwo Buratangaj
Просмотров 20 тыс.21 день назад
@hittoptv #hittoptv1 @LandryPromoter @Mbonyi #israel @hittoptv #gospel @benisesweatbeat
MONIA FLEUR Abahungu Bakenye Baradutinya Abavuga Ko Ndirimba Ibishegu|Ahaye Gasopo Abakobwa Batirimb
Просмотров 7 тыс.21 день назад
@hittoptv #hittoptv1 @SatBOfficial #sat_b #music #bujumbura #burundi #bujumbura @monia_fleur #moniafleur@LandryPromoter #landrypromoter #sana #ananipenda #hayi #naolewa #gihuhusientertainment #kigali_250 #rwandatoday #fizzo #sat_b
DRAMA-T Tumuvumburiye MUHIRA iwiwe Atweretse ubutunzi BWIWE Akoze Party IKOMEYE ya KOSHO gukwiz 2M🔥🔥
Просмотров 17 тыс.28 дней назад
@dramat1826 #dramat #hittoptv1 @LandryPromoter #music #hittoptv1 @LandryPromoter #landrypromoter #kosho
DJ FERNANDO yatatse KADIE KEY atakury'umunwa|Intambara iradutse kuri MON LOGO izanye IBIBaZO bikomey
Просмотров 10 тыс.28 дней назад
@hittoptv #hittoptv1 @Mista_aye #mistaaye @melaninboy1 #gusto #bujumbura #burundi #monlogo @SatBOfficial #satb @LandryPromoter #landrypromoter #kediekay
INTAHE ya Prophete JOSHUA iteye Ubwoba Ararize😭😭Yishuye Ibibazo vy BIG FIZZO|Abajijw ibibazo Bikomey
Просмотров 4,2 тыс.Месяц назад
@bigfizzoofficial #bigfizzo @hittoptv #hittoptv1 @LandryPromoter #landrypromoter #bujumbura #burundi #pastor #prophet #imana #god #jusus #kigali_250 #rwandatoday
Alvella Muhimbare Ararize😭😭Ahawe Ifoto ya PAPA wiwe Ibintu Akorewe Ntazovyibagira Anniversaire yiwe
Просмотров 4,4 тыс.Месяц назад
@alvellamuhimbareofficial #alvellamuhimbare @hittoptv #hittoptv1 #bujumbura #burundi #landrypromoter @LandryPromoter #intorentindi @sabbasburundi2404
ALVIN SMITH na TASHA ODA mukiganiro Kimw Ubwamber Dj Fernando Yashatse kuzimya INDIRIMB Yanje|Arasaz
Просмотров 9 тыс.Месяц назад
ALVIN SMITH na TASHA ODA mukiganiro Kimw Ubwamber Dj Fernando Yashatse kuzimya INDIRIMB Yanje|Arasaz
DRAMA-T na LANDRYPROMOTER bakorewe Amateka Adasanzwe Batazopfa bibagiye Avuye IMUYINGA aje Bujumbura
Просмотров 1 тыс.Месяц назад
DRAMA-T na LANDRYPROMOTER bakorewe Amateka Adasanzwe Batazopfa bibagiye Avuye IMUYINGA aje Bujumbura
NGIYI MARIAGE yambere ibaye Mu BURUNDI🇧🇮Ibayemw ibibazo vyinshi SIMBIZI arakoz Amateka Atazosubirizw
Просмотров 20 тыс.Месяц назад
NGIYI MARIAGE yambere ibaye Mu BURUNDI🇧🇮Ibayemw ibibazo vyinshi SIMBIZI arakoz Amateka Atazosubirizw
Wamwana Afise ubumuga Yasubiramwo KORAZON ya DJ FERNANDO twamuzanye kuri HITTOPTV Urakorora amosozi😭
Просмотров 23 тыс.Месяц назад
Wamwana Afise ubumuga Yasubiramwo KORAZON ya DJ FERNANDO twamuzanye kuri HITTOPTV Urakorora amosozi😭
#VICHOULOVE ahaye Ubutumwa Bukomeye DJ FERNANDO atakurya umunwa|Bareke kuzubaza Abarundi Mfise show
Просмотров 10 тыс.Месяц назад
#VICHOULOVE ahaye Ubutumwa Bukomeye DJ FERNANDO atakurya umunwa|Bareke kuzubaza Abarundi Mfise show
#DjFERNANDO Kazima Imana inkunda Ararize😭😭Arasiguye icabitumye|ubutumwa bukomeye kubansi biwe bashak
Просмотров 11 тыс.Месяц назад
#DjFERNANDO Kazima Imana inkunda Ararize😭😭Arasiguye icabitumye|ubutumwa bukomeye kubansi biwe bashak
LANDRYPROMOTER😳😳Karabaye|AMAZI Akiza INGUMBA zitavyara Arahari mu BURUNDI 🤔🤔 #GihuhusiEntertainment.
Просмотров 2 тыс.Месяц назад
LANDRYPROMOTER😳😳Karabaye|AMAZI Akiza INGUMBA zitavyara Arahari mu BURUNDI 🤔🤔 #GihuhusiEntertainment.
#DjFernando aravuye mugacerere Arishuye Kadie kay na ibreezy|Ntaco bapfa ni show biz uko vyateguwe..
Просмотров 13 тыс.Месяц назад
#DjFernando aravuye mugacerere Arishuye Kadie kay na ibreezy|Ntaco bapfa ni show biz uko vyateguwe..
Drama-T na Gusto Melanin Boy na Lino G ubwambere muri Match Mucibitoke Nintamba murugamba Match ikaz
Просмотров 8 тыс.Месяц назад
Drama-T na Gusto Melanin Boy na Lino G ubwambere muri Match Mucibitoke Nintamba murugamba Match ikaz
GUSTO Melanin BOY Niyo Mpamvu ataje kwakira DJ FERNANDO kukibuga cindege|Avuye Aravuze Isambuka Ryab
Просмотров 11 тыс.Месяц назад
GUSTO Melanin BOY Niyo Mpamvu ataje kwakira DJ FERNANDO kukibuga cindege|Avuye Aravuze Isambuka Ryab
SANDRA TCHURA Umugore Atambisha Amacupa CUMI kumutwe Afise Inda😳😳Landrypromoter aramuzanye Turumiwe
Просмотров 2,1 тыс.Месяц назад
SANDRA TCHURA Umugore Atambisha Amacupa CUMI kumutwe Afise Inda😳😳Landrypromoter aramuzanye Turumiwe
SIMBIZI ahuye na NATACHA ubwambere Ahastwe Gusara..|LANDRYPROMOTER Amubajije ibibazo Bikomeye Cane..
Просмотров 3,6 тыс.Месяц назад
SIMBIZI ahuye na NATACHA ubwambere Ahastwe Gusara..|LANDRYPROMOTER Amubajije ibibazo Bikomeye Cane..
DRAMA-T ivyo Yankoreye😳😳Easy Boy Akoroye amasozi Ashize ukuri Kwose hanze Ahuye na LandryPromoter...
Просмотров 3,8 тыс.Месяц назад
DRAMA-T ivyo Yankoreye😳😳Easy Boy Akoroye amasozi Ashize ukuri Kwose hanze Ahuye na LandryPromoter...
OLEGUE ararize😭😭ABavuga Ko Nazimye|Nta Collabo nokorana Na DRAMA-T canke LINOG Ntamusani Azoz Ansumb
Просмотров 15 тыс.Месяц назад
OLEGUE ararize😭😭ABavuga Ko Nazimye|Nta Collabo nokorana Na DRAMA-T canke LINOG Ntamusani Azoz Ansumb
DJ FERNANDO arashitse IBUJUMBURA🇧🇮Yakiriwe Nkumwami Avuze amajambo akomeye cane Ivyabaye Muri Europe
Просмотров 7 тыс.2 месяца назад
DJ FERNANDO arashitse IBUJUMBURA🇧🇮Yakiriwe Nkumwami Avuze amajambo akomeye cane Ivyabaye Muri Europe
Terimbere rata turagukunda cyan kl
Abantu babona ibintu ugutandukanye Muga turakwiy kwibuka Yuko ibintu nkibi vyateguwe bigaruka kumaramaza twbw Nyen ubwacu...Uyo mugore yarikwihangana ICO sico cerekana kwazi kugwanira umugabo...ariko hariho gusaba ijambo bukbuk akanabaza icashaka Muga kugumuka gurtyo nawenyen ubwiw bimwicira réputation yiw...nibenshi ngaho bogumuka Muga betekereje ahubwo iyo action yarikugira son mari ubwiw Hama madame akaba ariw atekanya I breezy yasaze....mais ndashimiye I breezy yihanganye...madame nawe niyihangane nimba naw bitarashika ngwarenganye umuntu...ikindi Yari guhaguruka akigira bisanzw numugabo wiw...nkubu I breezy harivyo yarashaka kuraba Kubera ndazi arakunda gufasha gutora inyishu no guhanura vyinshi ariko aciyaba oblijé yokugenda atari kugenda peut être ubundi niw yac ahaguruka akagenda....Kwerekana ikintu simpaka bigende uko mubantu kandi numugore wumuntu yemewe mu muziki wuburundi...Harahantu ugera ukamenya nigene wifata uravy icuri...
🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤔🤔🤔🤔🤔🤔Joël ubwiwe ntari fier😂😂😂😂😂kuko yaraziko ata mérita iyo award en plus ni chance yayitanze😂😂😂nibintu vya famille 😂
😂😂
Urukundo disi🎉❤
Yooo baramaramaye davina yagize neza ni kubereka
😢😅
Mbe uyu joel yakoze iyahe ndirimbo🤔🤔🤔🤔
Kazibir rekakucoza uwany kowagiriyekumodokayiw turamukunda fanny❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂
Kazibir rekakucoza uwany kowagiriyekumodokayiw turamukunda fanny
Cool chaggy
Sat b niyubaw
Lolilo ww ufise ikibazo jw nameny fizzo muri 1999 akiri muri grp niga soul, ww niwari bwatangur kuririmba pe ico nzi gusa waramumenyekanishij mumsa video gusa, nutuz ww FIZZO ARAGUSUMBA,
Madam one way yubahwe
🤗🤗🤗🤗🤗🤗🙌
Sha indirimbo nyinshi kandi ziri hit twumva akajambo one way abarundi murakunda kamwana wamam kweli kweli ntanisoni kumwima Ibreezy😢
Congratulations brother you nice
Baraba uwatowe nabant benshi nivy barabiharura one way ntiyiger aj kur media abantu ntibamuz ariko joel arasubiramw songs kur piano connaissance iratuma abantu bagutor knd bakumenya kuvug ng joel ntiyakoz harura kuv mur summer yumwak uhez mwosang ataco yakoze nimurek rero cmmnts zitagira akamaro
Mmeamini shangazi Ana kidogo angalia vizuri nahiyo leging
Bamwivye kabisa
@landry says ukuri Award yahawe na Joel?bigaruka K umuririmvyi mwiza wumwaka ariwe Fernando hit yakoze yakozwe na nde? Dukuyemwo hit zose zumwaka zivuzwa Haba locale Cnk internationale zakozwe nande? 🤌Dukuremwo agatumba
Respect 😮😮😮😮
Inguvu z'urukundo❤
To be honest I Breezy yarayikwiriye,
Mumbabarire mumbarire ico Joël akora???One way yarakoze ama hit nama hit karahava plus de 60%yindirimbo zahiwacu niwe yaziko none atashuko!!!Davina ndamutahura caaane naho biba bidasa neza imbere yabantu abandanye arwanira yongera ashigikira umugabo wiwe.
Ubusuma ntibuzobura ntivyumvukana ko ONE AWAY yobura AWARD ntibibaho
Ariko nivy gut breezy yabuz kand yarakoz nez harimw akabonero😢😢 nanj ndababaye
J'imbere sha Alvela, ndakwikundira ukuntu wimereye
Ewe burundi ivyo biracabahose gutera induru muri awards
Davina isonere gabanya ubusazi sha😂
Ab tailleuri nabo boba bajejw iki kaka😮😅
Yari yaj yavyambariy muka I Breezy😂😂😂😂😂😂yioooo Breezy naga sac à main kumugore😢😢😢😢aramumaramaje vrt
Joël ❤
Ako nagacupa yariko aritamwo shn karimukazi
Wp kl uwomujama nubundi ntanazwi twetwatoye uwotuzi kandi abonabo baraba abatowe nabenshi ntibaraba ngwibik kandi nubundi Joël yarakoze naw sn
Nukuri I breez bamwivye caneee naj vyambabaje caneee nukuri ndakunda joel muga uyu mwaka ntiwari gwiwe
Oneway best producer
Noe uwomugor koyisaz nubwamber abomy abareganw besh bariyakiriy
Ninde mu producer yakoze hit nka ibreazy vrema??
Uyu niwe mugore vrt.barayimwivye Yari ya ibreezy
Davina ndamukunze vrm umugore mwiza pe🥰🥰🥰
Nta Joël vrt yoba Best Director of the year yakoze hit zingahe uyu mwaka?Kosho gusa?I Brezzy niwe yakoze hit nyinshi cane uwu mwaka vrt za Bellisma,za mon logo,za Isezerano ibi bintu vrt biba birimwo ikimenyane ipu nta transparence ibirimwo namanyanga gusa nikimenyane ngira nibiturire.
Ahubwo nibarabe ko adafise trouble mental,burya IBreezy zirya samples asohora arafise production yoza gutsindisha Joell?mbere jewe ari jewe ndayitanga ibreezy no muri liste sinomushiramwo,mwebwe murazi ico arico quality ya production?? Namba yaborewe natahe kuziryamika.
Ndagusetse uvuzeko nka mon logo cank Bellisman idasumvya qualité Kosho ntavyimiziki uzi genda muvyo wigiy ibi sivyawe kabisa.Joel indirimbo ziw bass ni zero.
@@bosconiyonkuru6151😂😂😂😂😂😂😂😂😂 ndanagutwenze ahubwo wewe,ikintu bita quality urakizi?ikintu bita mastering urakizi mu ndirimbo?bro jewe production yose ikorerwa mu Burundi ndeste no kw'isi yose ndayikurikirana buri mu producer mbanzi ahantu ari fort naho ari faible,tutazanye bimwe vy'amarangamutima production ya One way iri hasi cane ntiyokwitambika Joell vrmt tuvugishe ukuri,Belissima irya ntiyamenyekanye ngo nuko ikoze neza,jewe indirimbo zose zisohokera kwa Ibreezy ndazifata nkaho ari samples kuko ziba zikenye cane.
@@BombeTSon ico niciyumviro ciwawe uzi ivyaw abandi bazi ivyabo ico niciyumviro cawe kidakuraho ivyiyumviro vyabandi
@@bosconiyonkuru6151Genda uyimuhe rero wewe ko bamurenganije,nakubwiye iyo aba ari nka jewe ntegura iryo higanwa ibreezy ntiyoja no mubahiganwa,umuntu atazi n'ama instruments niwe uriko urazana wemeza ko bamwivye mu gihe ba Trust Beatz ba Jigger Beat batateye induru?ibreezy nta kintu azi reka kuba mushira imbere ibishobisho.
Nico gituma Alvine yamuhevye be afise akanyaro
Reka jalousie ico bafuye ww urakizi guharanira inyungu zurugo rwiwe bica vyitwa akanyaro
Yasaze arahuma kumbarakunda umugabo
Egochamadame serukira umugabo
Jew indirimbo zos nguma numva one way ukacuzana joel😂😂
This kind of love ifise Impwemu🙌🏽
Bamwivye kabisa ariko ntiyarakwiye kwitara gutyo.iyo bari guhaguruka bagataha vyari kuba vyiza
Nukur kwose divina yashavuriy ukuri Brezzy bamwivy
i breezy bamwivye,kuko ugiye kuraba ama hit yose arikuvuzwa niwe yayakoze,ikibabaje rero bene izondirimbo zakozwe na I breezy barose udushimwe nkabose
Ubwo Ibreezy kuvyo mbonye munzu aramuvugana uyo mugumutsi?? Hari abagabo bubatse kwr!😢